Uko wahagera

Musenyeri Ntahondereye Asaba Abasaseredoti Gushingira Intahe Ukuri


Abasore bane batiwe mw’ibanga ry’ubusaseredoti muri Diyosezi ya Muyinga. Umwungere wabo, Musenyeri Yohakimu Ntahondereye, yishimikije ivyaranze umweranda Dominiko, yabasavye kudatinya gushingira intahe ukuri nka Dominiko mweranda.

Uwo mweranda akaba yahangana n’abariko bigisha inyigisho zitesha agaciro umubiri wa kiremwa muntu.

Gaston Sindimwo, icegera ca Mbere c’umukuru w’igihugu ni we yari yaserukiye leta y’Uburundi. Yavuze ko mu bihe bihitiye abagumutsi nk’abo mu gihugu ca Dominiko mweranda bariho mu gihugu c’uburundi, nacanecane mu gisagara ca Bujumbura. Icegera ca mbere c’umukuru w’igihugu ati: “Babuze ijambo ry’Imana.” Umviriza inkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:25 0:00

XS
SM
MD
LG