Bamwe mu bagabo bo ntara ya Gitega, barimwo mu bakorerwa amabi afatiye ku Gitsina.
Ivyo n’ibivurwa n’umukuru w’ikigo “Humura”, kijejwe kurwanya amabi afatiye ku gitsina, mu gihugu c’Uburundi.
Imirwi y’ibitsina gabo ibangamirwa n’abana b’abahungu bo mwibara bafatwa kunguvu n’abandi bagabo.
N’bana b’abahungu bafatwa n’abakozi b’abakobwa bajejwe kubarera.
N’abagabo bubatse nabo nyene hari aho bahohoterwa n’abagore babo.
N’inkuru y’umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Fidele d’Antoine Nsabimana: