Uko wahagera

Icongereza Kirabangamiye Abana b'Abarundi Biga mu Rwanda


Urwanda kw'ikarata

Urwanda kw'ikarata

Ururimi rw'icongerereza ruri mu ntambamyi zabangamiye cane abana b'Ababrundi biga mugihugu c'u Rwanda.

Kw'ishure rya Rusumo High School, abana bavuye mw'ikambi ya Mahama, baremeza ko mu ntango cari ikibazo, ariko muri kino gihe ngo caratorewe umuti, bariga nkabandi bakanarwanira ibibanza vya mbere.

Inkuru y'umumenyeshamakuru w'Ijwi rya Amerika, Désiré Hatungimana:

XS
SM
MD
LG