Uko wahagera

Umushingamateka aserukira Uburundi mu nama nshingamateka ya Afurika y'ubuseruko, Hafsa Mossi, yafubanywe iteka ku wa gatatu, ku mugoroba.

Yafubwe hisunzwe imigenzo y'idini rya Kiyisilamu kuko yari Umuyisiramukazi. Baba abo vyakoranye canke abaserukira idini bose bashimagije ubutwari bwiwe.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza ni we yakwirikirnaye iyi nkuru.

XS
SM
MD
LG