Uko wahagera

Frederic Bamvuginyumvira Yatanze Imihoho muri CNARED.


Frederic Bamvuginyumvira
Frederic Bamvuginyumvira

Mu ndwi iheze, Frederic Bamvuginyumvira yigeze kuba icegera c’umukuru w’igihugu mu Burudi, yaratanze imihoho mu mabanga yar’ajejwe mu runani CNARED.

Mu ndwi iheze kandi urunani rutavuga rumwe na reta y’Urwanda, RNC rwariciyemwo imirwi ibiri:

Insiguro y’izo ndyane zikunda kwaduka mu nani zigwanya ubutegetsi, n’izo zihwejwe mu kiganiro mugenzi wacu Frederic Nkundikije, yatumiyemwo, Richard Ciramunda, umuyobozi w’iradio Bujumura international hamwe na Dorimana Semana, umuhinga akwirikiranira hafi intaraya Afrika y’ibiyaga binini.

Reka dutangure twumva ingingo ya Frederic Bamvuginyumvira yo kuva mu mabanga yahora ajejwe mu runani CNARED:

please wait

No media source currently available

0:00 0:53:58 0:00

XS
SM
MD
LG