Uko wahagera

Impunzi no kwikukira k’Uburundi


Abarundi bahungiye mu Rwanda barahimbaje umusi w’ukwikukira kw’Uburundi. Babwiye Ijwi ry’Amerika ko kuba bari mu buhungiro bidasigura ko batikukiye, ahubwo bibaha inguvu zo kwibuka ico umuganwa Rudoviko Rwagasore yari yararwaniye: Uburundi bw’abarundi bose. Umviriza inkuru

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:57 0:00

XS
SM
MD
LG