Uko wahagera

Abantu batatu barishwe n'abantu bitwaje ibigwanisho mu mpera z'indwi yaraye irangiye mu ntara ya Mwaro.

Abo bantu biciwe mu ma komine ya Rusaka na Ndava. Bagandaguwe mu majoro yo ku misi ya gatandatu no kuw’Imana.

Abajejwe intwaro basaba abanyagihugu kwirarira n'ugutanga inkuru igihe cose babonye abantu canke ikintu giteye amakenga.

Mushobora kwumviriza inkuru ya Eloge Willy Kaneza

XS
SM
MD
LG