Uko wahagera

Ni nde Wunguka Ubwongereza Busezeye ku Bulaya?


Ku musi wa kane niho igihugu c’Ubwongereza kizogira amatora ya kamarampaka yo kuguma canke kuva mumuryango w’ibihugu vya Buraya.

Abashigikiye iyo ngingo n’abatayishigikiye babandanya kugerageza guhanura abo ataho bahagaze kwitabira ayo matora. Umuvugizi w'Ijwi ry'Amerika Etienne Karekezi yavuganye na Joseph Ngarambe umuhinga muvy’ubutunzi kw’isi uri mu gihugu c'Ubufaransa.

Yatangiye amubaza icyo kuba Ubwongereza bwava mu muryango w'Uburaya bisobanuye.

XS
SM
MD
LG