Uko wahagera

USA: Sena Yahakanye Itegeko ku Birwanisho


Inyuma y’imisi umunani habaye ubwicanyi mu gisagara ca Orlando, inama nshingamateka y’Amerika yanse kwemeza integuro z’amategeko yaka uburenganzira abagura inkoho babifitiye uruhusha.

Mugihe ryari kwemezwa, abasanzwe bari ku rutonde rw’abakurikiranirwa hafi bakekwa iterabwoba bari guca bakwa uburenganzira bwo kugura inkoho. Abandi n’abasanzwe barabujijwe gusohoka igihugu.

Ayo mabwirizwa yose ntiyemejwe kuko ataronse ibice bitatu kuri bitanu vy’amajwi yari akenewe.

XS
SM
MD
LG