Uko wahagera

USA: Cleveland Yegukanye Igikombe cya NBA


APTOPIX NBA Finals Cavaliers Warriors Basketball

APTOPIX NBA Finals Cavaliers Warriors Basketball

Kur’uyu wa mungu, umugwi wa Cleveland Cavaliers waraye utahukanye intsinzi mu nkino z’umupira w’amaboko Basketball. Cleveland yatsinze umugwi wa Golden State Warrios, ibitsindo 93 kuri 89.

Umukinyi akomeye cane azwi kw’izina rya LeBron James, yavuze ko iyo ntsinzi yabo irengeye kuryoherwa gusa, ahubwo ari akaryo ko gukomeza no gutez’imbere igisagara baturukamwo Clevenland muri reta ya Ohio.

XS
SM
MD
LG