Uko wahagera

Umuboyozi wa CNDD-FDD Yongewe Amezi Abiri


Pascal Nyabenda

Pascal Nyabenda

Nyabenda Pascal, arongoye umugambwe uri ku butegets,i mu Burundi, CNDD-FDD, ntiyahavuye asubirizwa mu burongonzi bw’uwo mugambwe, naho yari yasezeye icese mw’ikoraniro kaminuza ry’uwo mugambwe, kuri uwu wa gatandatu.

Inzengo nsasha, zisunze amategeko yaraye ahinyanyuwe, zizoshigwaho mu mezi abiri ari imbere.

N'inkuru y'umumenyeshamakuru, Jean-Bosco Ndarurinze:

XS
SM
MD
LG