Uko wahagera

Perezida Ellen Johnson Sirleaf Azayobora CEDEAO

Perezida wa Kote divuwari Alassane Ouattara, mu bubamfu na Perezida wa Liberiya Ellen Johnson, mu uryo. Mu nama ya 49 ya CEDEAO.
Perezida wa Kote divuwari Alassane Ouattara, mu bubamfu na Perezida wa Liberiya Ellen Johnson, mu uryo. Mu nama ya 49 ya CEDEAO.

Perezida wa Liberiya Ellen Johnson Sirleaf, niwe yagenwe kurongora umuryango w’ubutunzi uhurikiyemwo ibihugu vyo muri Afrika y’uburengero, CEDEAO.

Sirleaf yemeye ko azokomeza amahoro n’umutekano kandi asaba ibihugu vyo mur’uyo muryango gukora vyivuye inyuma kugira barwanye iterabwoba.

Perezida Sirleaf asubiriye mur’ayo mabanga mugenzi we wa Senegale Macky Sall. Ayo matora yabereye mu nama ya CEDEAO yabereye I Dakar k’umurwa mukuru wa Senegale mu mpera z’indwi irangiye.

XS
SM
MD
LG