Uko wahagera

USA: Golden State Warriors Yatsinze Cleveland Cavaliers


Ikipe ya Golden State Warriors

Ikipe ya Golden State Warriors

Kur’uyu wa kane niho muri Leta zunze ubumwe z’Amerika hatangura ihiganwa rya nyuma ry’umupira w’amaboko wa Basket ry'ishyirahamwe NBA.

Golden State Warriors yo muri reta ya Californiya na Cleveland Cavaliers yo muri reta ya Ohio niyo mirwi ibiri ihiganirwa igikombe c'uyu mwaka. Mu rukino rwa mbere bakiniye mu gisagara ca Oakland muri leta ya Californiya. Golden State yatsinze Cleveland ibitsindo 104 kuri 89.

Inkino za kabiri hagati y'iyi mirwi nyene iriko ihiganirwa igikombe c'uyu mwaka zizoba ku musi wa mungu uza.

XS
SM
MD
LG