Uko wahagera

BURUNDI: Agashimwe kazofasha impunzi z’abarundi , M. Barankitse


Marguerite Barankitse, umurundikazi aherutse kuronka agashimwe, Aurora Prize kagenewe abantu bakoze ibikogwa bishimishije vy’ugufasha abanyagihugu, mukiganiro yahaye abamenyeshamakuru ku musi wa kabiri itariki 31 z’ukwezi kwa gatanu I Kigali, mu Rwanda yaravuze ukugene azokoresha ako gashimwe. Yarongeye araganirira n’umumenyamakuru w’ijwi ry’Amerika Auriane Itangishaka ahejeje kuvugana n’abamenyeshamakuru I Kigali.

please wait

No media source currently available

0:00 0:06:20 0:00

XS
SM
MD
LG