Uko wahagera

Abantu Batatu Barishwe muri Bujumbura


Abantu babiri baragandaguwe mu gisagara ca Bujumbura mw’ ijoro ry’ uwa gatandatu, rishira uwa mungu. Umuntu umwe yaba muri komini Muha mu bumanuko bw’ igisagara ca Bujumbura, uwundi nawe yaba mu buraruko bw’igisagara.

Mu gipolisi bamenyesha kw’izo ar’ingaruka mbi z’ibigwanisho bikiri mu banyagihugu babitunze, batabifitiye uburenganzira.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Fidelite Ishatse ni we wakurikiranye iyi nkuru

XS
SM
MD
LG