Uko wahagera

Londres Gishobora Kurongorwa n’Umwisilamu


Sadiq Khan, Umukandida w'Igisagara ca Londres
Sadiq Khan, Umukandida w'Igisagara ca Londres

Umugwa mukuru w'Ubwongereza Londres ushobora kuzotwarwa mu misi iri imbere n’uwantu wamuka mw’idini rya Isilamu

Ibiharuro vyagaragaye ku musi wa kane vyerekana ko uwahoze ari umushikiranganji muri leta y’Ubwongereza, Sadiq Khan ariwe ari kw’isonga mu matora y’uwuzorongora igisagara ca Londres ariko araba. Khan afise amamuko mu gihugu ca Pakistani.

Abahurikiye mw’idini ry’abayisilamu mu Bwongereza bamenyesha ko mugihe yotsinda ayo matora bokoroherwa mu kuronswa imisigiti itari mike yo gusengeramwo hamwe n’izindi nyukabwa zifasha abo mur’iryo dini.

XS
SM
MD
LG