Uko wahagera

Burundi: Ingaruka z'Uguhonya Ishamba Cimeza rya Murehe


Ishamba

Ishamba

Abarundi bo mu ntara ya Kirundo baba mu karere ka Bugesera bivugira ko bakibona ingaruka mbi z’uguhonya ishamba cimeza rya Murehe basangiye n’igihugu c’u Rwanda.

Inyuma y’uruzuba rwaka cane mu myaka iheze rugatera inzara muri ako karere, abo banyagihugu bavuga ko naho hamaze kuboneka agahengwe, n’ubu imvura igwa nabi nabi.

Ni inkuru y’umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika Jean Bosco Ndarurinze uri mu ntara ya Kirundo mu Burundi..

XS
SM
MD
LG