Uko wahagera

Somaliya: Abasirikare 6 Bishwe


Abarwanyi b'umurwi al-Shabab
Abarwanyi b'umurwi al-Shabab

Abategetsi muri Somaliya, batangaza kw’abarwanyi b’umurwi al-Shabab bagize igitero kw’ikambi y’igisirikare ca Reta, aho bishe abasirikare ba Reta batandatu.

Abategetsi bavuga ko abarwanyi b’umurwi al-Shabab bateye iyo kambi ahitwa Laanta Buur, ku bilometero mirongo ine mu bumanuko bw’umurwa mukuru, Mogadisho, mu masaha yo mu gitondo c’uno musi ku wa mbere.

Imodoka zitari nke z’igisirikare zafashwe muri ico gitero.

XS
SM
MD
LG