Uko wahagera

Gitega: Umutama w'Imyaka 60 Yarishwe


Umutama w’imyaka irenga 60 yarishwe, akerewe izosi mw’ijoro ryo kur’uyu wa gatanu, muri zone ya Buyenzi ku murwa mukuru Bujumbura.

Uyo mutama abaye umuntu agira 6 yishwe, akerewe mu gisagara ca Bujumbura mu kiringo c’amezi abiri. Abantu bane bafashwe ku mvo z’amatohoza.

Iyi nkuru yateguwe n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Eloge Willy Kaneza ukorera mu Burundi.

XS
SM
MD
LG