Uko wahagera

Burundi: Abakenyezi Bafungiye Mpimba Barashavuye


Ibiro ry ishirahamwe mpuzamakungu vyitaho agateka ka zina muntu mu Burundi, vyaramutse kuri uno musi wa kabiri bihimbaza umusi mpuzamakungu wahariwe umukenyezi.

Ivyo biro vyashimye guhimbazanya uwo musi mukuru n abakenyezi bapfungiwe mu ibohero rikuru rya Mpimba. Kabaye akaryo ko kugaruka ku buzima bubi bwugarije abo bakenyezi mu ibohero rikuru rya Mpimba.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Fidélité Ishatse ni we waduteguriye iyi nkuru.

XS
SM
MD
LG