Uko wahagera

Abategetsi bajejwe umutekano muri Iraki batangaza ko abiyahuzi babiri biturikirijeko amabombe yahitanye abantu 15 abashika 48 barakomereka kumurwa mukuru Baghdad.

Ivyo bitero vyabereye ku musigiti w’abayisilamu b’abashiite uri I Baghdad ejo ku musi wa kane.

Uwa mbere mur’abo biyahuzi yaturikije ikibombe ku musigiti, uwa kabiri yaciturikijeko abonye abajejwe umutekano bashitse aho nyene ica mbere caturikiye.

Nta mugwi numwe uratangaza ko ar’inyuma y’ivyo bitero.

XS
SM
MD
LG