Uko wahagera

Umuririmvyi SAT-B Yaganiye n'Ijwi ry'Amerika

  • VOA Africa

Umuririmvyi w'Umurundi, SAT-B

Umuririmvyi w'Umurundi, SAT-B

Umucuraranzi w’Umurundi, Bizimana Aboubakar azwi kw’izina rya SAT-B ari mu bagenywe mu bacuraranzi b’abagabo bazohiganirwa agashiwe ka Kora Award bava mu karere ko muri Afurika yo mu buseruko.

Ibirori vy’ako gashimwe bizobera mu gisagara ca Windhoek mu gihugu ca Nimibiya kw’italiki 20 z’ukwezi kwa gatatu.

SAT-B yarahaye ikiganiro Ijwi ry'Amerika aho yavuze ku vyerekeye umwuga wiwe w’ukuririmba n’ukuba ari mu bagenywe guhiganirwa agashiwe ka Kora Awards ku baririmvyi b’abagabo bava mu karere ko muri Afurika yo mu buseruko:

XS
SM
MD
LG