Uko wahagera

Burundi: 50 Batawe muri Yombi i Bujumbura


Abantu barenga 50 bahagaritswe n'igipolisi mu ma zone ya Musaga na Nyakabiga kuruyu wa gatatu. Aho ni mu bumanuko bw'igisagara ca Bujumbura

Abenshi mu bafashwe nk,uko bivugwa na,abanyagihugu bahaba bari abakozi bo mu nzu n'abanyeshure.

Umukuru w'ishirahamwe ONELOP Burundi Njangwa Gilbert Beco asaba inzego z'umutekano kutajaniranya iyo ziriko zisaka ibigwanisho canke zihiga abagizi ba nabi. Igipolisi kirahimuriza ko ata nzirakarengane itarekurwa.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:53 0:00

XS
SM
MD
LG