Uko wahagera

Burundi: Abarwanyi Bishyikirije Ubutegetsi


Mu Burundi, abantu batanu biyemerera ko bahora ari bagwanyi bishikanye ku nzego zijejwe umutekano muri zone ya Musaga, muri komini ya Muha. Aho ni mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura.

Abo bantu baremanga ko bishikanye kugushaka kwabo atagahato. Mu gipolisi c’ Uburundi bavuga ko bagiye gukorana n’abo bantu mw’itsimbatazwa ry’ umutekano.

Umumenyeshamakuru w’Ijwi ry’Amerika mu Burundi Fidelite Ishatse ni we wakurikiranye iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:44 0:00

XS
SM
MD
LG