Uko wahagera

Uganda: Komisiyo y'Amatora Yitezweho Byinshi


Impagarara za politiki muri Uganda

Impagarara za politiki muri Uganda

Komisiyo ijejwe gutegura amatora mu gihugu ca Uganda iriko itegura guhura n’abarorerezi bo mu gihugu ndetse n’abandi mvamakungu ku’uyu wa mbere.

Ni mugihe kur’uyu wa kane uza italiki 18 ariho hategekanijwe amatora y’umukuru w’igihugu, ay’abashingamateka n’ay’abakuru b’imitumba.

Abayobozi ba Komisiyo y’amatora bamenyesha ko bazoshikiriza abo barorerezi aho imyiteguro igeze no kubahumuriza ko amatora azoba mu mwidegemvyo, kumugaragaro kandi azokwizigirwa na bose.

Abo bayobozi bamenyesha kandi ko gushika ubu abarorerezi bashika 2000 aribo bamaze kumenyekana ko bazokwiragira mugihugu kurorera ayo matora.

XS
SM
MD
LG