Uko wahagera

Burundi: Rwasa Yifuza Demokarasi y'Imigambwe Mike


Umuyobozi wa FNL Agathon Rwasa
Umuyobozi wa FNL Agathon Rwasa

Icegera c’umukuru w’inama nshingamateka mu Burundi Agathon Rwasa avuga kw’imigambwe y’igitigiri c’umurengera mu Burundi ataco imaze.

Ivyo Rwasa yabishikirije ari mu ntara ya Ngozi ejo kuwa kane mu biganiro bihuza Abarundi.

Nyuma y'iyo nama y'i Ngozi, umushingantahe Rwasa yavuganye n'umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Frederic Nkundikije uri i Washington DC.

please wait

No media source currently available

0:00 0:06:29 0:00

XS
SM
MD
LG