Uko wahagera

Ruyigi: Grenade Yahitanye Abana Babiri


Abana babiri baraye baphuye batewe Grenade muri commune ya Nyabitsinda mu ntara ya Ruyigi abandi babiri harimwo uruyoya rumaze indwi imwe ruvutse na nyina warwo barakomeretse cane bakaba bariko bavurigwa mu bitaro vy’ahitwa I Kibuye mu Ntara ya Gitega.

Iyo grenade bayiteye hagati muri bo aho bariko barafungura ivyo mw’ijoro.

Mu gipolisi bavuga ko bishobora kuba bifatanye n’imvo z’amatongo ariko abajejwe intwaro muri iyo komine bavuga bataramenya imvo z’ubwo bubisha.

XS
SM
MD
LG