Uko wahagera

CHAN 2016: Mali na Kongo mu Mukino wa Nyuma


Urukino rwa nyuma rwa CHAN 2016 iriko irabera mu Rwanda, ruzohuza Repuburika iharanira demokarasi ya Congo na Mali. Ikipe y'igihugu cya Mali yaronse ubwo burenganzira itsinze Kote Divuwari igitsindo kimwe kubusa.

Abakurikiranye zino nkino bamenyesheje ko atagitangaje kubona iyo migwi igera murukino rwa nyuma.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika i Kigali mu Rwanda, Desire Hatungimana, ni we utugezaho iyi nkuru.

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:03 0:00

XS
SM
MD
LG