Mu Burundi, igipolisi n’igisirikare byaraye bitanye mu mitwe n’umugwi w’ abagwanyi muri komine ya Mugamba intara ya Bururi iri mu bumanuko bw’igihugu.
Ubuyobozi bw’intara ya Bururi bumenyesha ko abantu babiri muri abo bitwaje ibigwanisho bahasize ubuzima.
Umunyamakuu w'Ijwi ry'Amerika Fidelite Ishatse yakurikiranye iyo nkuru mu ntara ya Bururi.