Uko wahagera

Impunzi za Kote Divuwari Zirahunguka


Impunzi z’abanyagihugu ba Kote Divuwari bariko barahunguka basubira mu gihugu bafise ingorane yo gusanga amatongo yabo yarigaruriwe n’abandi.

Ivyo rimwe na rimwe bituma haba gutanamumitwe hagati y’abahunguka n’abo basanga mu matongo yabo ndetse bituma haba kurabana nabi hagati y’amakomine ari mu buseruko bw’igihugu .

Indyane za politike zahitiye mur’ico gihugu mu myaka y’I 2010 n’2011 zatumye abanyagihugu baharurwa mu bihumbi amajana bahungira mu bihugu bibanyi na Kote Divuwari. Benshi muro bo ntanakimwe bahunganye.

Mugihe hari impunzi zikiri munzira zihunguka, urwo ruhagarara rurashobora kuburizamwo umugambi w’igihugu wo gusubiza hamwe abanyagihugu

XS
SM
MD
LG