Uko wahagera

I Bujumbura imvura yaraye iguye yarononye amabarabara n’ibiraro.

Mu gitondo co kuri uno wa kane hari amabarabara yari yuzuye imyuzurira y’amazi hari n’ibarabara ryugaye nk’iryo bita Avenu du Large rija mu ma zone yo mu bumanuko bw’igisagara ca Bujumbura.

Vyongeye n’impunzi ziri mu Carama mu buraruko bushira uburengero bw’igisagara ca Bujumbura zaratew n’amazi.

XS
SM
MD
LG