Uko wahagera

Obama: Amerika Ifasha Afurika mu Mutekano


Obama: Amerika Ifasha Afurika mu Mutekano
please wait

No media source currently available

0:00 0:01:51 0:00

Mw’ijambo Peezida Obama yashikirije Abanyamerika ku musi wa kabiri mw’ijoro, ku bijanye n’akarere ka Afrika yamenyesheje ko bahagaritse ikwiragira ry’indwara ya Ebola mu karere ko muri Afurika yo mu burengero.Yongeye avuga kandi ko ikibazo c’umutekano kizobandanya mu kiringo c’imyaka itari mike mu bice bitandukanye vyo kw’isi no mu gihe imirwi ISIL, canke Al--Qaida itoba ihari. Avuga ati: dufashije ibihugu vyo muri Afrika kugaburira abanyagihugu bavyo, kwitaho abarwaye, nico kintu kibereye tuzoba dukoze kubera ivyo bizotuma ikindi kiza kidashikira imbibe zacu. Prezida Obama avuga ko arico gituma bakwiye kwiyamiriza politike iyariyo yose irondera abanywanyi ibicishije ku bwoko n’idini.

XS
SM
MD
LG