Uko wahagera

Ubuhindi Buhanganye na Pakistani


Pathankot, India
Pathankot, India

Intambara yo kugerageza gufata ikambi y’abasirikare b’Ubuhindi bagwanira mu kirere kumupaka uri hafi ya Pakistani, kuri uno musi wambere, igeze ku musi ugira gatatu

Abategetsi mugisirikare bavuga ko hakiri abantu nka babiri bafise ibigwanisho bacinyegeje munyubakwa ziraramwo abasirikare biryo kambi. Abategetsi bavuga ko muri iyo ntambara yadutse mugitondo c’umusi wa gatandatu. Iyo kambi ya Pathankot iri ku bilometero 430 ugana mu majyaruguru y'umurwa mukuru New Delhi w'Ubuhindi.

Abagwanyi baje biteguye neza kandi bafise ibigwanisho bikomakomeye. Iyo kambi isanwe ibikwamwo indege zo mu ngwano nyinshi

XS
SM
MD
LG