Uko wahagera

U Burundi Bushinja u Rwanda k'Umutekano Muke


Guverinoma y’u Burundi iriyamiriza u Rwanda kuba ruri kw’isonga ry’umutekano muke mu Burundi.

Inama nkuru ijejwe umutekano mu Burundi iriyamiriza ico yita inyifato itabereye y’igihugu c’u Rwanda cihaye umugambi wo gufasha no gushigikira abashaka gutembagaza inzego zitorewe n’abanyagihugu mu Burundi.

Urwo rwego rurongowe na Perezida Nkurunziza ubwiwe rwiyamiriza Kandi ingingo y’ ishirahamwe ry, ubumwe bwa Afurika y’ukurungika inteko z’ugukingira abanyagihugu.

Ibisobanuro birambuye kuri iyi nkuru turabigezwaho n’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika mu Burundi Eloge Willy Kaneza.

XS
SM
MD
LG