Uko wahagera

Batatu Barishwe muri Palestina


Abanyepalestina batatu barishwe mu gutana mumitwe kwabaye hagati yabo n’abasirikare mu ntara Cisjordaniya na Gaza.

Abasirikare ba Isirayeli barishe umu shoferi yagomba kubagonga akoresheje imidoka yiwe mu gisagara ca Silwad, hafi y’intara ya West Bank I Ramallah. Igisikare kimenyesha kandi ko uyundi munyepalestina agira kabiri yiciwe kurubibe rw’intara ya Gaza.

Uwa gatatu yishwe ejo kuwa gatanu. Kuva mu kwezi kwa cenda abanyesirayeri 19 n’umunyeshure w’umunyamerika barishwe.

XS
SM
MD
LG