Uko wahagera

Burundi: Abamenyeshamakuru Basabwe Kugendera Umwuga


Urwego rw’igihugu rujejwe gucungera ingene ibinyamakuru n'amaradiyo bikora mu Burundi, rusaba abamenyeshamakuru gukora bisunze akarangamutima kw’umwuga; badashikuza, kandi baha ijambo impande zose.

Umukuru w’urwo rwego, Richard Giramahoro, yasohoye itangazo kur’uyumusi wa gatatu, yongera atumira abamenyeshamakuru bakorera ibinyamakuru bidafise icicaro mu Burundi, kugira bibukanye ivy’amategeko abasaba.

XS
SM
MD
LG