Uko wahagera

Amashirahamwe aharanira ibidukikije ari mu nama ya 21 i Parisi mu Bufarsana ku vyerekeye ihindagurika ry'ibihe yifatikanije n'isi yose mu guhimbaza umusi mpuzamakungu w'ukwubahiriza agateka ka zina muntu.

Abari muri ayo mashirahamwe bazindutse biyerekana bavuga ko ihindagurika ry'ibihe ryibonekeza irya n'ino ryerekana ko agateka ka zina muntu katubahirijwe.

Umumenyeshamakuru w'Ijwi ry'Amerika Diane Nininahazwe yadukurikiraniye iyi nkuru ku buryo bwihariye ari i Parisi mu Bufransa.

XS
SM
MD
LG