Uko wahagera

Isekeza Ry’Imisi 16 Yo kwiyamiiza Amabi Akorerwa Bainarugo


Aline Nizigama
Aline Nizigama

Burundi, amabi n’akarenganyo bikorewa abapfasoni hamwe n’abakobwa, ntakiri agaseseshwarumuri

Kuva kw’igenekerezo rya 25 ry’ukwezi kwa 11, umusi mpuzamakungu wo kwiyamiriza no kurandurana n’imizi, ihohoterwa rikorerwa bainarugo, gushika itariki 10 y’ukwezi kwa 12, umusi wahariwe agateka ka zina muntu - n’ukuvuga imisi 16 yo kwiyamiriza ubugizi bwa nabi bufatiye ku gitsina - n’igihe abantu bose bo kw’isi batewe akamo kabasaba gukora ibishobotse vyose kugira ngo amabi akorerewa abakenyezi, abapfasoni hamwe n’abigeme, aranduranwe n’imizi.

Abatumire bacu, umupfasoni Pascasie Minani hamwe n’umpfasoni Aline Nzigamasabo, bakwirikiranira hafi ibibazo bijanye n’amabi akorerwa abagime hamwe n’abapfasoni, barayaze n’Ijwi rya amerika, ku bibazo vyose bihanze abapfasoni hamwe n’abigeme.

Mushobora kwumviriza:

please wait

No media source currently available

0:00 0:56:46 0:00

XS
SM
MD
LG