Uko wahagera

Burundi: Igitero ku Muhanuzi wa Perezida Nkurunziza


Umuhanuzi mu Biro kwa Perezida Nkurunziza yitwa Zenon Ndaruvukanye yagabweho igitero kwa gatanu taliki 27 ukwezi kwa 11 umwaka wa 2015.

Umupolisi umwe yishwe ku mugwa mukuru Bujumbura abantu babiri barafatwa mu gitero cari kigamije umuhanuzi mu biro kwa Perezida Nkurunziza yitwa Zenon Ndaruvukanye.

Hanafashwe kandi n’ibigwanisho vyinshi harimwo igikoho gitera amabombe bita" Mortier 60 " n’izindi nkoho nini zikomakomeye.

Inkuru y’umunyamakuru w’Ijwi ry’Amerika i Bujumbura Eloge Willy Kaneza.

please wait

No media source currently available

0:00 0:03:55 0:00

XS
SM
MD
LG