Uko wahagera

Perezida Obama Asaba Abarundi Kwunga Ubumwe


Perezida w'Amerika Barack Obama

Perezida w'Amerika Barack Obama

Perezida Barack Obama

Perezida Barack Obama

Perezida Barack Obama wa Leta zunze ubumwe z'Amerika uyu munsi kuwa gatandatu tariki ya 14 y'ukwezi kwa cumi na kumwe mu 2015 yarashikirije ijambo Abarundi abasaba kwumba ubumwe kugirango bubuke igihugu cyabo.

Ni ijambo Perezida Obama yanyujije ku buryo bwihariye kuri Radiyo Ijwi ry'Amerika, iminsi ibiri inteko ishinzwe umutekano kw';isi ya ONU ifasha umwanzuro usaba Abarundi kugirana ibignairo bidaheza.

XS
SM
MD
LG