Uko wahagera

Reta y’Uburundi Ku Cemezo C’Inama Mpuzamakungu


Umuhuza mu biganiro vy'abarundi,President wa Uganda, Yoweri Museveni
Umuhuza mu biganiro vy'abarundi,President wa Uganda, Yoweri Museveni

Ku musi wa kane niho inama mpuzamakungu ijejwe umutekano yashikiriza icemezo ku Burundi.

Ico cemezo kiratera akamo gasba kw’ibiganiro vyotangura mu maguru masha kandi kigabisha abantu bose babera intambamyi inzira y’amahoro ku mpande zose ko bashobora gufatirwa ibihano.

Umushikiranganji w’Uburundi ajejwe imigenderanire hamwe n’ugufashanya n’amakungu avuga ko reta y’Uburundi yashimishijwe n’ico cemezo:

Mushobora kwumviriza:

please wait

No media source currently available

0:00 0:05:57 0:00

XS
SM
MD
LG