Uko wahagera

Burundi: Polisi Irabuza Abanyagihugu Kujya mu Rwanda


Igipolisi gicungera imbibe n'ibirere PAFE ku mupaka wa Gasenyi-Nemba uri mu Kirundo, casubije inyuma abanyakirundo bariko baja mu gihugu c'Urwanda bariko bagendera kw'ikarata karangamuntu nk'uko bisanzwe.

Uwurongoye Igipolisi PAFE ku mupaka wa Gasenyi-Nemba yabwiye ijwi ry'Amerika ko bafashe iyo ngingo kumvo z'umutekano w'abanyakirundo.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika Jean Bosco Ndarurinze yakurikirnaye iyi nkuru ari mu Kirundo mu majyaruguru ashyira uburasirazuba bw'u Burundi.

XS
SM
MD
LG