Uko wahagera

Burundi: Ikibazo cy'Amatongo Kiracyari Ingutu


Mu Burundi, haraheze ikiringo kingana n’umwaka, sentare idasanzwe ijejwe gutatura amati y’amatongo hamwe n’ayandi matungo, itanguye gukora.

Ico cegeranyo cashikirijwe n’umunyamabanga mukuru w’iyo sentare ku itariki zine z’ukwezi kw’icumi na rimwe mu 2015. Ico cegeranyo kirashira ahabona ivyaranguwe hamwe n’intambamyi iyo sentare ifise mu kurangura igikorwa ishinzwe.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Fidelite Ishatse ni wakurikiranye iyi nkuru.

XS
SM
MD
LG