Uko wahagera

Amerika Yamaganye Ibitero bya Boko Haram


Reta Zunzubumwe yateye ivyatsi ibitero vyagizwe n’umuhari w’iterabwoba wa Boko Haram mundwi ziheze mu buraruko bwa Nijeriya.

Ivyo bitero vyabaye kuwa 23 na 24 vytumye abantu 42 bahasiga ubuzima n’abashika 100 bakomeretse nkuko bishikirizwa n’abategetsi ba Nijeriya.

Ivyo bitero vyabereye ku musigiti wo mugisagara ca Yola, kiri muri reta ya Adamawa, ku musigiti wa Maiduguri no mubindi bice vy’ico gisagara.

Ivyo bitero vyatumbereye abakristo n’aba mizilima badahuje ivyiyumviro.

XS
SM
MD
LG