Ibihugu binyuranye byafashe icyemezo byo guhagarika inkunga butera Uburundi. Abanyagihugu baravuga ko ari bo bigiraho ingaruka mbi.
Muri iki kiganiro Murisanga, umushyitsi mukuru ni Faustin Ndikumana, umuyobozi wa PARCEM, ishirahamwe rihamagarira Abarundi guhindura ivyiyumviro n’ingendo kugira bashike kw’iterambere rirama, Parole et Action pour le Réveil des Consciences et l'Evolution des Mentalités.