Uko wahagera

Burundi: Gushakisha Uko Umutekano Wagaruka mu Gihugu


Perezida w'u Burundi Pierre Nkurunziza arahira kw'igenekerezso rya 20, ry'ukwezi kw'umunani, umwaka w'2015.
Perezida w'u Burundi Pierre Nkurunziza arahira kw'igenekerezso rya 20, ry'ukwezi kw'umunani, umwaka w'2015.

Mu Burundi, haravugwa ubwicanyi bubandanya guhitana ubuzima bw' abantu batandukanye, barimwo abayobozi ba gisivili, abagirikare ndetse n'abanyagihugu basanzwe. Haravugwa kandi ibigwanisho biguma bitorwa hirya no hino, ndetse n'umutekano muke mu banyagihugu.

Ico kibazo c’umutekano muke, kirateye umutima uhagaze abarundi. Mbega hokorwa iki kugira ngo abantu barota bazimanganya ubuzima bw’abantu, babavanure n’iyo nyifato.

Hari ibibazo vyinshi bikwiye kubazwa abajejwe umutekano hamwe n’abantu bose bafise umutima wo kurembera abantu ngo babagandagure.

Kur’ibi bibazo vyose, Ijwi ry'Amerika ryatumiye abahinga babiri kugirango baganire n'abanywani baryo mu kiganiro "Murisanga" categuwe n'umunyamakuru Frederic Nkundikije.

please wait

No media source currently available

0:00 0:52:14 0:00

XS
SM
MD
LG