Uko wahagera

Umuririmvyi Mukombozi kw'Ijwi rya Amerika

  • VOA Africa

Umucuraranzi Mukombozi

Umucuraranzi Mukombozi


Abacuraranzi b’umuziki barenga mirongo itatu nibo bamaze guhunga kuva ingorane z’umutekano muke mu Burundi zitanguye.

Babayeho mu buryo butandukanye aho bamwe bamenyesha ko batanguye guheba umuziki naho bari mu bihe bitoroshe, abandi nabo bakabona ko ari ikibazo kitoroshe.

Muribo hari abavuga ko bahunze kubera baronderwa n’ubutegets,i bivuye ku ndirimbo zabo, n’abandi bahunze kubera aho bari babaye harangwa n’umutekano muke, bigatuma ataco bakakora.

Ijwi rya Amerika ryatumiye umwe muri abo baririmvyi, Nzeyimana Thomas ,azwi kw’izina rya, Mukombozi, inyuma yuko abakunzi biwe batari bake basavye ko twomutumira mu biganiro vyacu.


XS
SM
MD
LG