Uko wahagera

Uruhagarara hagati Y’Abapolisi Hamwe N’Abatuye Kw’Ijabe

  • Frederic Nkundikije

Umupolisi ariko ararasa mu kibanza kirmwo abagira imyiyerekano kugira ababuze gushikira ibarabara rikuru.

Umupolisi ariko ararasa mu kibanza kirmwo abagira imyiyerekano kugira ababuze gushikira ibarabara rikuru.

Abapolisi barugarije quartier ya Jabe kuva ku musi wa mungu gushika ku musi wa kabiri itariki 11 y’ukwezi kw’umunani.

Abapolisi bavuga ko bari mur’iyo quartier kurondera ibigwanisho vyoba binyegejwe n’abatabifiye uburenganzira.

Bavuga kandi ko bafashe iyo ngingo inyuma y’aho amagrenade atari make aterewe mur’iyo quartier hamwe no yandi ma quartier arimwo Nyakabiga na Musaga:

Professeur Charles Nditije arongoye urundi ruhande rw’umugambwe Uprona kandi ari mu runani Amizero y’Uburundi hamwe na professeur Athanase Gahungu yigisha muri kaminuza yo muri reta zunze ubumwe za amerika Chicago State University, baraduha ivyiyumviro vyabo ku kuntu urwo ruhagarara rwifashe:

Mushobora kwumviriza.

XS
SM
MD
LG