Uko wahagera

Prezida Obama Yarabonanye n’Urwaruka rwa YALI i Washington DC.


Prezida wa Amerika, Barack Obama
Prezida wa Amerika, Barack Obama


Imikangara y’imboneza z’Abanyafrika bashika ku majana atanu barabonanye ku musi wa mbere, i Washington DC, na prezida wa Amerika, Barack Obama. Urwo rwaruka ruri muri programa ya YALI, igenewe gufasha imikangara y’imboneza z’Abanyafrika zashizeho imigambi y’ukwiteza imbere.

Prezida Obama yarashikiirje urwo rwaruka ijambo, aho yatanguye avuga ku ntambwe zimaze gushikwako mu karere ka Afrika kubera ubuhinga n’ubumenyi bw’urwaruka rw’imboneza rw’abanyafrika. Mu nyuma yaho yarishule ibibazo vy'urwo rwaruka.

Prezida Obama yatangaje kw’azobandanya igikorwa nkico n’igihe azoba yarangije amabanga yiwe ya prezida wa Amerika:

please wait

No media source currently available

0:00 0:04:14 0:00


XS
SM
MD
LG