Uko wahagera

Abarundi Bemeye Kuganira Nta Gisabwe


Perezida wa Uganda Yoweri Museveni mu biganiro n'Abarundi i Bujumbura, Burundi, 14/07/ 2015.
Perezida wa Uganda Yoweri Museveni mu biganiro n'Abarundi i Bujumbura, Burundi, 14/07/ 2015.

Ibibazo biri mu Burundi bigiye kuganirwako guhera ku musi wa kane bihagarariwe n’umushikiranganji w’ukwivuna abansi w’igihugu c’Uganda Crispus Kiyonga.

Uyu ni we wagenwe na perezida Yoweri Kaguta Museveni arongoye Uganda yatowe n’abakuru b’ibihugu biri mu muryango w’akarere ka Afrika y’ubuseruko kuba umuhuza w’Abarundi mu bibazo vya politike igihugu kirimwo ubu.

Iyo ni imyanzuro umubonano perezida wa Uganda n'Abarundi bari mu byiciro binyuranye bagezeho nyuma y'iminsi ibiri.

Umunyamakuru w'Ijwi ry'Amerika mu Burundi Tabitha Mukamusoni yakurikiranye ibi biganiro.

XS
SM
MD
LG